Muyinga, Imeuble BIRASHOBOKA communemuyinga@gmail.com

Détails de l'actualité

Muyinga komite nkuru y'igihugu ijejwe gukinga n'ugutegekaniriza kazoza

Inama ihuza comité ya komine MUYINGA mu gisata c’umugwi w’igihugu ujejwe gukinga n’ugutegekaniriza kazoza abenegihugu.
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 28 Ndamukiza 2026,iyo nama yar'irongowe n’Umunyamabanga shingwabikorwa wa komine Muyinga#Dieudonne-NIYONIZEYE, akaba yahamagariye abari bitavye iyo nama ;kwijukira kwitegekaniriza kazoza cane cane mukuja ; mu mashirahamwe yo kuvuzanya,yongeye asaba ko umurwi w’igihugu ujejwe gukinga n’ugutegekaniriza kazoza abenegihugu ; gushira uwo murwi muma zone yose.
Uyo murwi ukaba ugiye kugira icegeranyo mubice vyose bigize ubuzima bw’igihugu kugira haboneke icegeranyo cerekana aho ugejeje ico gikorwa co gutegekaniriza kazoza abenegihugu .
##burundibwiza ##president

Voir plus d'images

Abonnez-vous

Abonnez-vous à la newsletter pour recevoir les communiqués, appels d’offres et avancées directement dans votre boîte mail.